Yohana 7:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Abafarisayo bumvise kw ishengero rimuvugana ivyo mu twongoshwe, abaherezi bakuru n’Abafarisayo batuma abagendanyi kumufata. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Abafarisayo bumvise ivyo abantu bariko barongoreranira kuri Yesu, baca bafatanya n’abakuru b’abaherezi batuma abarinzi b’urusengero gufata Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |