Yohana 7:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Mose yabahaye ugukebga — mugabo ntikwavuye kuri Mose, ni kuri ba sogokuruza banyu — kandi murakeba umuntu kw isabato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ariko namwe iyo mwubahiriza icagezwe ca Mose co gukeba abana b’abahungu ku musi w’Isabato, ico na co ni igikorwa. (Ariko ico cagezwe nticazanywe na Mose, catanguriye kuri ba sogokuruza.) အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |