Yohana 7:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Ūvuga ivyo yigeneye aba yironderera icubahiro; arik’ ūrondera icubahiro c’uwamutumye, ni we w’ukuri, kandi nta kugabitanya kuba kuri muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Uwuvuga amajambo yiwe ubwiwe, aba arondera icubahiro ciwe, ariko uwurondera icubahiro c’uwamutumye avuga ukuri, nta binyoma biri muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |