Yohana 7:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Haba ivyongoshwe vyinshi mw ishengero bamuvuga: bamwe bati N’umuntu mwiza, abandi bat’ Oya, arazimiza abantu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Muri iryo sinzi ry’abantu bari aho, hari urusaku rwinshi bavugana ku vya Yesu. Bamwe bavuga bati: “Ni umuntu mwiza.” Abandi bakavuga bati: “Oya, ni umuntu azimiza abantu.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |