Yohana 7:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Bene nyina bamaze kudūga i Yerusalemu kumara iyo misi mikuru, na we aradūga, ntiyibonekeza, arikw agenda nk’uwomba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ariko bene nyina bamaze kugenda ku musi mukuru, Yesu na we aragenda ariko ntiyajayo ku mugaragaro, agenda yinyegeje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |