Yohana 6:71 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)71 Yavuga Yuda Isikaryota, mwene Simoni, kukw ari we yagira az’ amugure, yar’ uwo muri bamwe cumi na babiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe71 (Aho yariko avuga Yuda, mwene Simoni Isikariyote. Kuko naho yari umwe muri bamwe cumi na babiri, ni we yari agiye kumugurisha.) အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |