Yohana 6:57 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)57 Nk’uko Data w’ubugingo yantumye, nanje ndiho kubga Data, ni k’ūndya na we azobaho kubganje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe57 Data yantumye ni muzima kandi ndiho ku bwiwe; ni ko n’uwundya na we azobaho ku bwanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |