Yohana 6:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Hanyuma y’ivyo Yesu avayo, yīgira hakurya y’ikiyaga c’i Galilaya citwa Tiberiya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Hanyuma y’ivyo, Yesu arajabuka aja ku ruhande rwo hakurya y’ikiyaga c’i Galilaya (ari co kiyaga c’i Tiberiya). အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |