Yohana 5:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Buno nyene uwo muntu arakira, yikorera ikirago ciwe, aragenda. Arik’ uwo musi hari kw isabato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ubwo nyene wa muntu arakira, aterura ikirago ciwe atangura kugendagenda. Ivyo vyabaye ku musi w’Isabato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |