Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 5:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Yesu aramubgira, ati Va hasi, ikorere ikirago cawe, ugende.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Maze Yesu aramubwira ati: “Haguruka, ikorere ikirago cawe ugendagende.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 5:8
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico gihe ūcumbagira azosimba nk’ impongo, ururimi rw’ikiragi ruririmbe: kukw amazi azodudubiriza ahagadutse, imigezi itembere mu bugaragwa.


Ariko kugira ngo mumenye k’Umwana w’umuntu afise ububasha mw isi bgo guharira ivyaha — bun’ abgira ikimuga, ati Vyuka, wikorere inderuzo yawe, utahe.


ati Ndakubariye nti Vyuka, wikorere inderuzo yawe, utahe.


Ariko kugira ngo mumenye k’Umwana w’umuntu afise ububasha mw isi bgo guharira ivyaha — abgira ico kimuga, ati Ndakubariye, nti Vyuka, wikorere inderuzo yawe, utahe.


Petero aramubgira, ati Ayineya, Yesu Kristo aragukijije: vyuka, wizingire ikirago. Aca avyuka ako kanya.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ