Yohana 5:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Kuko rimwe‐rimwe umumarayika yamanuka aja muri kino kidengeri, akazīkurura amazi. Maz’ uwītangiye gutambukiramwo, amazi azīkurutse, ni we yakira indwara yamufashe iy’ ari yo yose.] အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Kuko rimwe na rimwe umumarayika w’Umwami Imana yaramanuka akazikurura amazi. Maze uwa mbere aterewe mu kidengeri amazi azikurutse, yaca akira ingwara iyo ari yo yose yaba arwaye.] အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |