Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 5:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 ariko har’ Uwundi anshingira intahe, nanje nzi yukw intahe yiwe anshingira ar’ iy’ ukuri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Hari uwundi anshingira intahe, kandi ndazi ko intahe anshingira ari iy’ukuri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 5:32
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Akivuga, haza igicu gikayangana, kibatera igitūtu; kand’ ijwi riva muri nya gicu, riti Nguyu Umwana wanje nkunda, akampimbara; ni mumwumve.


Buno rer’ ijwi riva mw ijuru, rit’ Uyu ni we Mwana wanje nkunda, akampimbara.


Ijwi riva mw ijuru, riti Ni wewe Mwana wanje nkunda ukampimbara.


Mpwemu Yera aramanuka amugwako, afise ishusho y’umubiri usa n’inuma; ijwi riva mw ijuru, riti Ni wewe Mwana wanje nkunda ukampimbara.


kandi jewe sinaribgamumenye, arik’ Uwantumye kubatiza mu mazi, ni we yambariye, at’ Uwo uzobona Mpwemu amanuka aja kuri we, akamugumako, ni we abatiza muri Mpwemu Yera.


Kandi ndazi yukw ivyo yageze ar’ ubugingo budashira. Nukw ivyo mvuga, mbivuga nk’uko Data yambariye.


mugabo jewe sindinda gushingirwa intahe n’umuntu; arikw ico mvugiye ivyo n’ukugira ngo mukizwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ