Yohana 5:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Ni co catumye Abayuda barushiriza kurondera ingene bomwica, kukw atākēngereye isabato gusa, arikw agatakw akīta Imana kw ari Se bgite, akīringaniza n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ivyo vyatumye Abayuda barushiriza kurondera ingene bomwica; kuko uretse kutubahiriza Isabato, yavuze ko Imana ari Se, gutyo yigira uwungana n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |