Yohana 5:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Na we arabishura, at’ Uwankijije ni we yambariye at’ Ikorere ikirago cawe, ugende. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Arabishura ati: “Umuntu yankijije ni we yambwiye ati: ‘Ikorere ikirago cawe ugendagende.’ ” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |