Yohana 5:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Nukw Abayuda babgira uwakijijwe, bat’ Erega ni kw isabato: ntivyemerwa ko wikorera ikirago cawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Abakuru b’Abayuda babwira wa muntu yakize bati: “Uwu ni umusi w’Isabato; ivyagezwe ntibikwemerera kwikorera ikirago cawe.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |