Yohana 4:53 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)53 Maze se aca amenya ko hāri muri nya saha nyene Yesu yamubgiriyemwo, at’ Umwana wawe ni muzima. Arizera ubgiwe n’abo mu rugo rwiwe bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe53 Se w’umwana aca asanga hari kuri ya saha Yesu yamubwira ati: “Umwana wawe ni muzima.” Nuko aca yizera Yesu we n’abo mu nzu yiwe bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |