4 Yumva akwiye guca i Samariya.
4 Mu kujayo, vyabaye ngombwa ko aca i Samariya.
Maze bari mu nzira baja i Yerusalemu, aca hagati y’i Samariya n’i Galilaya.
Arababaza, ati N’iki cabateye kundondera? Ntimwari muzi yuko bikwiye ko mba kwa Data?
Umusi w’imitsima itambiwe urashika, uwo bakwiye kubāgak’ umwagazi w’intama wa Pasika.