Yohana 20:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 agenda ariruka ashikīra Simoni Petero na wa mwigishwa wundi Yesu yakunda, arababgira, ati Bākūye Umwami Yesu mu mva, kandi ntituzi aho bāmushize. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Nuko ariruka aja kurondera Simoni Petero na wa mwigishwa wundi Yesu yakunda, arababwira ati: “Bakuye Umwami mu mva, kandi ntituzi iyo bamushize.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |