Yohana 2:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Yesu arababarira, ati Ni mwuzuze izo ntango amazi. Bazuzuza kugeza ku mbiga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Yesu abwira abakozi ati: “Nimwuzuze izo mpange amazi.” Nuko barazuzuza gushika ku mbiga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |