Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 2:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Maz’ Abayuda bat’ Uru rusengero rwubatswe imyaka mirongwine n’itandatu: none wewe uzoruhagarika mu misi itatu?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Na bo baramwishura bati: “Kwubaka uru rusengero vyafashe imyaka mirongo ine n’itandatu, none nawe uvuga ko worwubaka mu misi itatu?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 2:20
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mu mwaka ugira icumi na rimwe, mu kwezi kwa Bulu, ari kwo kwezi kw’umunani, barangiza iyo ngoro n’ivyayo vyose, nk’ukw icitegererezo cayo cose cari kimeze. Nuko yamaze imyaka ndwi ayubaka.


Nuko bukeye uwo Sheshibazari araza, yubaka itanguriro ry’iyo nzu y’Imana i Yerusalemu nyene. Nuko rer’ uhereye ico gihe ugashitsa n’ubu iracubakwa, kandi ntiruzura.


Yesu arasohoka ava mu rusengero; akigenda abigishwa biwe baramwēgēra ngo bamwereke inyubako y’urusengero.


Kandi bamwe bavuga urusengero, ingene rwasharijwe amabuye meza n’amashikanwa; arababgira,


Uku ni kwo gushinga intahe kwa Yohana, ah’ Abayuda bāmutumakw abaherezi n’Abalewi bavuye i Yerusalemu, ngo bamubaze, bat’ Uri nde?


agahambga, akazuka ku musi ugira gatatu, nk’ukw ivyanditswe bivuga;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ