Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 2:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Abigishwa biwe bibuka ko handitswe, ngw Ishaka ry’inzu yawe rizondya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Abigishwa biwe baca baribuka ijambo ryo mu Vyanditswe Vyera rivuga ngo: “Ishaka mfitiye inzu yawe ryaka muri jewe nk’umuriro.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 2:17
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ishaka ryanje rirandanduye Kukw abarwanizi banje bibagiye amajambo yawe.


Kukw ishaka ry’inzu yawe rindya; Ibitutsi vy’abagutuka vyaguye kuri jewe.


Yesu na we atorerwa ubukwe, bo n’abigishwa biwe.


Nukw amaze kuzurwa mu bāpfuye, abigishwa biwe bibuka yuko yari yaravuze ivyo, bemera icanditswe, na rya jambo Yesu yavuze.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ