Yohana 19:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 asubira kwinjira mw iboma, abaza Yesu, at’ Ur’ uwa hehe? Ariko Yesu ntiyamwishura na rimwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Aca asubiza Yesu mu kirimba, aramubaza ati: “Uri uwa he?” Ariko Yesu ntiyagira ico amwishura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |