Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 19:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Abasoda na bo batsiba igitsibo c’amahwa bakimwambika mu mutwe, baraheza bamwambika impuzu y’inyambarabami.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Abasoda bajisha urugori rw’amahwa, barumwambika ku mutwe, bamwambika n’impuzu y’ubwami,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 19:2
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko jeho nd’umusiba, sind’ umuntu: Ndi ruvumwa mu bantu, nkēngērwa na bose.


Uku ni k’Uhoraho agize, Umucunguzi wa Isirayeli, Uwera wiwe, abgira umwe abantu bakēngēra, uwo ihanga ryanka urunuka, umushumba w’ abaganza, at’ Abami bazobirāba bahaguruke; bo n’abaganwa, bakome amashi; kubg’ Uhoraho umwizigirwa, ni we Wera wa Isirayeli yagutoranije.


Yarakēngērwa, agahurwa n’abantu; yar’ umunyamibabaro, yar’ azi intimba ic’ ari co; yakēngērwa nk’umuntu abandi bahisha mu maso habo, natwe nta co twamwibajijeko.


Herode aramutitura, hamwe n’abasoda biwe, aramushinyagurira, maz’ amwambika impuzu y’inyambarabami, amusubiza kwa Pilato.


Nuko Yesu asohoka yambaye ico gitsibo c’amahwa na ya mpuzu y’inyambarabami. Pilato arababgira, at’ Ehe rāba uwo muntu!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ