Yohana 18:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ukwo kwar’ ukugira ngo rya jambo yavuze rishike, ngo Mu bo wampaye nta n’umwe najimije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ivyo yabikoze kugira ngo ashitse ico yari yavuze, aho yavuga ati: “Sinazimije n’umwe mu bo wampaye.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |