Yohana 18:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Kandi na Yuda amugura yar’ azi aho hantu, kuko Yesu yahora ajanayo n’abigishwa biwe kenshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Yuda, uwagira amugurishe, yari ahazi, kuko Yesu yakunda kujana n’abigishwa biwe muri iryo tongo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |