Yohana 18:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Yesu avuze ivyo, avanayo n’abigishwa biwe afata hakurya y’umugezi witwa Kidironi; aho hār’ itongo: ashikaho, bo n’abigishwa biwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Yesu ahejeje gusenga, ajabuka umwonga wa Kidironi ari kumwe n’abigishwa biwe, maze baja mw’itongo ryari hakurya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Maz’ umwami abarira Hilukiya umuherezi mukuru, n’abaherezi b’urugero rwa kabiri, n’abarinzi b’imiryango, gusohora mu rusengero rw’Uhoraho ibintu vyose vy’imbombovu vyakorewe Bayali n’ivya Ashera n’ivy’ ingabo zose zo kw ijuru ari zo nyenyeri; abituririza inyuma y’i Yerusalemu, mu mirima yo kuri Kidironi, umunyota wavyo avuga ko bawujana i Beteli.