Yohana 17:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 kukw amajambo wampaye nayabahaye, na bo bakayākīra, bakamenya vy’ukuri ko naturutse kuri wewe; bakizera kw ari wewe wantumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 kuko nabahaye amajambo wampaye kandi barayakira. Bamenye badakekeranya ko naje mva iwawe kandi bizeye ko ari wewe wantumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |