Yohana 16:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Uwo ni yaza, azohinyuza ab’ isi, abemeze ivy’ icaha, n’ivy’ ukugororoka, n’ivy’ amateka; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Uwo niyaza, azokwemeza abantu b’iyi si ivy’icaha, ukugororoka hamwe n’urubanza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |