Yohana 16:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Ico mbabaririye ivyo, n’ukugira ngw igihe cavyo ni cashika, muze muvyibuke ko nanje nabibabgiye. Uhereye ubga mbere sinaribgabibabgire, kuko nari nkiri kumwe namwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ibi ndabibabwiye kugira ngo nivyashika, muze mwibuke ko nari narabibabwiye. Icatumye ntabibabwira mu ntango ni uko nari nkiri kumwe namwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |