3 N’ubu mwebge mumaze kwezwa kubg’ ijambo nababgiye.
3 Mwebwe muramaze gutungana kubera ijambo nababwiye.
Yesu aramubgira, at’ Uwari yiyuhagiye nta kindi agomba, atar’ ukwoga ibirenge, kukw aba akeye umubiri wose: namwe murakeye, ariko si mwese.
Ishami ryose ryo muri jewe ritāma, arikūraho; kand’ iryama ryose araritūtūrira, ngo rirushirize kwama.
Ubeze mu kuri: ijambo ryawe ni ryo kuri.
kandi nanje niyeza kubgabo, kugira ngo na bo babe bejejwe mu kuri.
ngw aryeze, aryogesheje amazi n’ijambo,
Nuko rero, ko mwejesheje imitima kwumvira ukuri, kugira ngo mukunde bene Data bitar’ uruheyiheyi, mukovye mu gukundana bivuye mu mitima.