Yohana 15:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Ishami ryose ryo muri jewe ritāma, arikūraho; kand’ iryama ryose araritūtūrira, ngo rirushirize kwama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ishami ryose ryo kuri jewe ritama ararica, ariko ishami ryose ryama ararituturira akarituganya kugira ngo rirushirize kwama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |