Yohana 13:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Yesu aramwishura, at’ Ico jewe ndiko ndakora, wewe nturibukimenye ubu: arik’ uzokimenya hanyuma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Yesu aramwishura ati: “Ntushobora gutahura ico ndiko ndakora ubu nyene, ariko uzogitahura hanyuma.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |