Yohana 13:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 araheza asuka amazi mu mubehe, atangura kwoza ibirenge vy’abigishwa, no kubihanaguza icambazo akenyeje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ahejeje, afata amazi ayasuka mw’ibesani, atangura kwoza ibirenge vy’abigishwa biwe, abihanaguza ca gitambara yakenyera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |