Yohana 13:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 ava hasi mw irīro, akūra umutamana, yābīra icambazo, arakenyera; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Nuko arahaguruka ava ku meza, akura umutamana wiwe, afata igitambara co kwihanaguza aragikenyera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |