Yohana 11:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Yesu arabishura, ati Non’ isaha z’umurango s’icumi na zibiri? Ūgenda ku murango ntatsitara, kukw abona umuco w’iyi si. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Yesu arabishura ati: “Mbega umurango ntugizwe n’amasaha cumi n’abiri? Uwugenda ku murango ntashobora gutsitara, kuko abonesherezwa n’umuco w’iyi si. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |