Yohana 11:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Yesu avyumvise aravuga, at’ Iyo ndwara s’iyo kumwica, ariko n’iyo gushimagirisha Imana, kugira ngo n’Umwana w’Imana imushimagirishe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Yesu avyumvise, aravuga ati: “Ingwara ya Lazaro si iyo kumwica. Ahubwo ni iyo kwerekana icubahiro c’Imana, kugira ngo Umwana w’Imana ahabwe icubahiro biciye muri yo.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |