Yohana 11:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Hārih’ uwar’ arwaye, ni Lazaro w’i Betaniya, ni wa musozi Mariya na mwene nyina Marita bābako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Hariho umuntu yitwa Lazaro yava i Betaniya yari arwaye. Betaniya cari igisagara Mariya na Marita mwene nyina babamwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |