Yohana 10:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Benshi baza kuri we; baravuga, bati Yohana nta kimenyetso yakoze, arikw ivyo Yohana yavuze vyose kur’ uyu vyar’ ivy’ ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe41 Abantu benshi baza aho ari, baravuga bati: “Naho Yohana ata gitangaza yakoze, ivyo yavuze vyose kuri uwu muntu vyari ukuri.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |