Yohana 10:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Umuteramyi w’irembo aramwugururira, kand’ intama zumva ijwi ryiwe; ahamagara iziwe ntama mu mazina yazo, akaziturutsa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Umurinzi w’irembo aramwugururira, kandi intama zirumva ijwi ryiwe. Ahamagara intama ziwe mu mazina yazo, akaziturutsa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |