Yohana 1:51 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)51 Arongera aramubgira, ati N’ukuri, n’ukuri ndababgira yuko muzobona ijuru rikingurutse, kand’ abamarayika b’Imana badūga bamanuka ku Mwana w’umuntu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe51 Yongerako ati: “Ndababwire ukuri, muzobona ijuru ryuguruye, abamarayika b’Imana baduga bongera bamanuka ku Mwana w’Umuntu.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |