Yohana 1:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Nta muntu yigeze kubona Imana na rimwe; Umwana w’ikinege aba mu gikiriza ca Se ni we yayimenyekanishije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Nta muntu n’umwe yigeze abona Imana. Ariko Umwana w’ikinege, na we ubwiwe asanzwe ari Imana, akaba ari mu gikiriza ca Se, ni we yayiduhishuriye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |