Yohana 1:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kand’ uwo Jambo yihaye umubiri, abana natwe, twitegereza ubgiza bgiwe, n’ubgiza bumeze nk’ubg’ Umwana w’ikinege ava kwa Se, yuzuye ubuntu n’ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Jambo yahindutse umuntu abana natwe, yuzuye ubuntu n’ukuri. Natwe twariboneye ubwiza bwiwe; ni ubwiza bw’Umwana w’ikinege akura kuri Se. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |