Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yobu 7:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ni ko nahawe umugabane w’ amezi y’umwunamo, Kandi nashingiwe amajoro y’umuruho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yobu 7:3
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko noneh’ irambutamitse, Yagesheje abanje bose.


Kukw ari yo izonshitsakw ivyo yangereye: Kand’ ifise ibindi vyinshi bimeze nk’ivyo.


at’ Icompa nkaba nari mmeze nk’uko nari ndi mu mezi yahise, Nko mu misi Imana yanzigamiramwo;


Nk’uk’ umugurano yifuza igitūtu, N’umucangero akarereka ingero yiwe,


Erega wahinduye imisi yanje nk’intambge z’intoke; Igihe c’ukubaho kwanje kuri wewe ni nk’ubusa: N’ukuri umuntu wese, naho yivuza, n’impwemu zihumetswe gusa. Sela.


Kuniha kurandambiye; Ukw ijoro ryije ntotesha uburiri bganje amosozi, Uburiri bganje ndayabucuncuburirako.


Nahwereye mu kajisho kubg’ intuntu, Ryakabiranijwe n’abarwanizi banje bose.


Namaze kubona ibikorwa vyose bikorerwa musi y’izuba; nasanze vyose ar’ ubusa, ar’ uguhahamira umuyaga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ