3 at’ Umusi navukiyeko urakazimangana, Bo na rya joro ryavuzwemwo, ng’ Umwana w’umuhungu atwawe inda!
Erega mama, mbonye ibara, kuko wamvyaye nd’ umutēzi w’ intambara, nd’ umutēzi w’amahane mw isi yose! Nta we nagurāniye kuzohabga ay’ inyungu, kandi nta bāngurānye ngo nze mbahe ay’ inyungu: arik’ umuntu wese muri bo aramvuma.
Nuko Yobu aravuga,
Uwo musi uragacura umwiza; Imana yoye kuwitegereza ir’ iyo hejuru, Kandi n’umuco woye kuwākira.