Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yobu 26:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 N’ukuntu ugīra inama ūdafise ubgenge, Ukerekana rwose ubgenge ubg’ ari bgo!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yobu 26:3
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kuko ntacishije i ruhande mbabgira ivy’ Imana yagabiye vyose.


Kandi murazi yukw ata jambo ribereye nacishije i ruhande kubabgira canke kubigishiriza imbere y’abantu mu nzu no mu yindi.


at’ Uyo ni nde azimanganya inama Mu magambo atarimw’ ubgenge?


Namb’ ata kiriho, untege amatwi: Ucereze, nanje ngucishe ubgenge.


Amajambo yanje agira aserure ukugororoka kw’umutima wanje, Kand’ ivyo nzi iminwa yanje irabivuga ata buryarya.


Ariko mweho ni mushireko muje imbere mwese, Na ho nyene nta munyabgenge n’umwe nobona muri mwebge.


Icompa mugacereza rwose! Mwobaye mugize ubgenge.


Erega nanje nzi ubgenge, si mwebge gusa, ntimubundusha; Mbega ben’ ivyo har’ ūtabizi?


Mbega sinsigaye ntafise ikintabara, Ivy’ ugukira kwanje bikajanwa kure yanje?


at’ Ewe kuntu uzi gufasha umunyantegenke! N’ingen’ uzi gukiza uw’ amaboko adendebutse!


Ayo magambo ugira ng’ uyabariye nde? Kand’ impwemu ikuvugishije n’iya nde?


ati N’ukuri umenga ni mwebge bantu muriho mwenyene, Kandi yuk’ umenga ubgenge buzojana namwe!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ