Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yobu 17:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Enda se tanga ingwati, unyishinge wewe ubgawe: Uwundi twokorana mu ntoke duhānye isezerano yoba nde?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yobu 17:3
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uko ni ko Yesu yabaye umwishinzi w’isezerano riruta rya rindi.


Ndanihīra nk’intamba ijwigira, canke nk’inyanana yānāga, Nkaniha nk’inuma iguguza; amaso yanje yaheze hejuru; Uhoraho, ndegeranijwe: nyishinga.


Uwigize ishinga ku wundi bizomugirira nabi, Arik’ uwanka ivy’ ukwishinga aba amahoro.


Wishinge k’uzogirira neza umusavyi wawe: Abībone ntibaze bampahaze.


Kuko jewe umusavyi wawe nishinze uyo muhungu kuri data, nti Ni ntamukugarukanira, nzoba ngukoreye icaha kitazomvako gushitsa ibihe bidashira.


Jewe ndamwishinze, abe ari jewe uzomubaza: ni ntamukugarukanira, ngo mmugushikirize, nzoba ngukoreye icaha kitazomvako gushitsa ibihe bidashira.


Nta muhūza ariho hagati yacu Wo kudushirakw amaboko twempi ngo twuzure.


Ntukabe mu gitigiri c’abishira mu ndahiro, Canke mu c’abigira ishinga y’imyenda:


Twara impuzu y’uwishinze uwo atazi, Wake ingwati uwishinze abandi.


Umuntu atagira umutima yishira mu ndahiro, Akigira ishinga imbere ya mugenzi we.


Uko ni k’ubgoro bgawe buzogushikako nk’umwambuzi, N’ikigoyi kizogushikako nk’ umuntu w’umurwanyi.


Enda takamba: mbega har’ ūzokwishura? Ni nde wo mu bera wotabaza?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ