Yeremiya 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Bafora ururimi rwabo nk’umuheto, kugira ngo barekure ibinyoma; bācitse abahambaye mu gihugu, ariko batabiheshejwe n’ukuri: kuko bava mu bibi bakaja mu bindi, kandi ntibammenye, ni jewe Uhoraho mbivuze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |