Yeremiya 8:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Gufuhagira kw’amafarasi yiwe kwumvikana i Dani; igihugu cose gihindishwa agashitsi no kwumva kuroherana kw’amafarasi yiwe y’intambara; kuko baje, kandi bākegese igihugu n’ibiri muri co vyose, bo n’igisagara n’ababa muri co bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |