Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 6:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Uku ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, ati Bazohūmba bamaririkanye amasigarira y’Abisirayeli, nk’uko bahūmba umuzabibu: subira uje uratuma ukuboko nk’uwamurira inzabibu mu bisamba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 6:9
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ntihazoba hakiri n’amasigarira muri bo, kuko nzozana ivyago ku bagabo bo muri Anatoti, ni wo mwaka wo kūzirwa kwabo.


Ehe nzotuma ku barovyi benshi, ni jewe Uhoraho mbivuze, bazobaroba; hanyuma nzotuma ku bahīgi benshi, na bo bazobahiga ku gisozi cose no ku karambi kose no mu vyobo vyo mu bitandara.


Abamura inzabibu bogushikako, mbega hari n’uduhumbga tw’ inzabibu bogusigariza? Cank’ ibisuma vyogutahako mw ijoro ntivyokwoza uko bishaka?


Kand’ amasigarira yose azoba asigaye kur’ uyu muryango mubi azohitamw’ urupfu kuruta kubaho, ni bo bazoba basigaye ahantu hose aho nzoba narabirukaniye, ni jewe Uhoraho Nyen’ ingabo mbivuze.


Umumarayika wundi ava ku gicaniro, ni we aganza umuriro, asemerera n’ijwi rirenga, abarira ūfise umuhoro ukarishe, ati Rungika umuhoro wawe ukarishe, uce inzabibu zo ku muzabibu w’isi, kukw inzabibu zawo zirungurije.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ