Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yeremiya 6:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Abungere bazomūzira, bari n’imikuku yabo; bazoshinga amahema yabo, bamushagaje irya n’ino; bazomurisha, umuntu wese ah’ aherereye:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yeremiya 6:3
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ Uhoraho amutēza ibitero vy’Abakaludaya n’ivy’ Abasiriya n’ivy’ Abanyamowabu n’ivy’ Abamoni, abagomorera i Buyuda ngo baharandure, nk’ukw ijambo ryiwe riri, iryo yavugiye mu basavyi biwe yavugisha.


Abungere benshi bāhanyaguye uruzabibu rwanje, bāsiribanze umugabane wanje, umugabane wanje w’igikundiro bāwuciye ubugaragwa bg’ibitongozi.


Ewe kuntu abungere bawe bisinziriye, ga mwami wa Ashuri; abanyacubahiro bawe bakiruhukira! Abantu bawe bāsābagiriye ku misozi, kandi nta wo kubegeranya.


Kukw imisi izokuzako, ah’ abansi bawe bazokurundira ikirundo c’ivu kigukikije, na bo ubgabo bakagukikiza, bakakwugariza impande zose,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ